Mu maraso yawe Yesu
Mu maraso yawe
Mu maraso yawe Yesu
Aho niho nkirira.
Wanyishuriye imyenda yose
Wahanaguye icaha canje
Maze wugurura amajuru
Uncira inzira mbona kwinjira.
Ooooh Ugira neza.
Ntaco nkura m’urukundo
Canke isezerano ryawe
Ico wavuze ntikivaho
Leave a Reply